Yeremiya 25:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 n’uruvange rwose rw’abantu, n’abami bose b’igihugu ca Uzu+, n’abami bose b’igihugu c’Abafilisitiya+ na Ashikeloni+ na Gaza+ na Ekuroni+ n’amasigarira ya Ashidodi+; Gucura intimba 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Niwigine kandi unezerwe+, ewe mukobwa wa Edomu+, wewe uba mu gihugu ca Uzu+.Na wewe nyene igikombe kizogushikira+. Uzoborerwa, werekane ubwambure bwawe+.
20 n’uruvange rwose rw’abantu, n’abami bose b’igihugu ca Uzu+, n’abami bose b’igihugu c’Abafilisitiya+ na Ashikeloni+ na Gaza+ na Ekuroni+ n’amasigarira ya Ashidodi+;
21 Niwigine kandi unezerwe+, ewe mukobwa wa Edomu+, wewe uba mu gihugu ca Uzu+.Na wewe nyene igikombe kizogushikira+. Uzoborerwa, werekane ubwambure bwawe+.