Yobu 36:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko amajambo yanje mu vy’ukuri atari ikinyoma;Umwe atagira akanenge mu bumenyi+ ari kumwe na wewe. Zaburi 18:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nayo Imana y’ukuri, inzira yayo ntigira akanenge+;Ijambo rya Yehova ni irityoroye+.Abera inkinzo abahungira muri we bose+. Zaburi 104:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ewe kuntu ibikorwa vyawe ari vyinshi, Yehova we+!Vyose wabikoranye ubukerebutsi+.Isi yuzuye ivyo wakoze+.
4 Kuko amajambo yanje mu vy’ukuri atari ikinyoma;Umwe atagira akanenge mu bumenyi+ ari kumwe na wewe.
30 Nayo Imana y’ukuri, inzira yayo ntigira akanenge+;Ijambo rya Yehova ni irityoroye+.Abera inkinzo abahungira muri we bose+.
24 Ewe kuntu ibikorwa vyawe ari vyinshi, Yehova we+!Vyose wabikoranye ubukerebutsi+.Isi yuzuye ivyo wakoze+.