Kuvayo 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze Yehova abwira Musa ati: “Ramvura ukuboko kwawe werekeza mu majuru+, umwiza uze ku gihugu ca Misiri, umwiza ushobora gukorakorwa.” Yobu 33:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kugira igarure ubuzima bwiwe ibukize icobo+,Ngo amurikirwe n’umuco w’abazima+.
21 Maze Yehova abwira Musa ati: “Ramvura ukuboko kwawe werekeza mu majuru+, umwiza uze ku gihugu ca Misiri, umwiza ushobora gukorakorwa.”