Zaburi 104:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Intambwe z’imikangara z’imigāra ziroha zirondera ico zicakira+,No kugira zirondere ku Mana ico zirya+. Zaburi 145:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyose bihanga amaso wewe bifise ukwizigira+,Nawe ukabiha indya zavyo mu kiringo cazo+. Nahumu 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Intambwe yahora itabagurira ivyana vyayo ibikwiye, ikanigira ingore zayo. Yaguma yujuje ivyobo vyayo ivyo yacakiye, ikuzuza ubwikingo bwayo ibikoko yatabaguye+.
21 Intambwe z’imikangara z’imigāra ziroha zirondera ico zicakira+,No kugira zirondere ku Mana ico zirya+.
12 Intambwe yahora itabagurira ivyana vyayo ibikwiye, ikanigira ingore zayo. Yaguma yujuje ivyobo vyayo ivyo yacakiye, ikuzuza ubwikingo bwayo ibikoko yatabaguye+.