Yobu 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba! Nka kurya kw’imparage+ mu gahinga,Bagiye ku gikorwa cabo, barondera ibifungurwa.Ikiyaya c’ubugaragwa giha umwe wese umukate w’abana. Zaburi 104:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ntizihengeshanya kunywesha ibikoko vyose vyo mu gahinga+;Imparage+ zama zîzimya inyota.
5 Raba! Nka kurya kw’imparage+ mu gahinga,Bagiye ku gikorwa cabo, barondera ibifungurwa.Ikiyaya c’ubugaragwa giha umwe wese umukate w’abana.