-
Zakariya 5:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Maze ndaramura amaso, mbona abagore babiri basohotse, kandi umuyaga wari mu mababa yabo. Bari bafise amababa nk’ay’agasoza. Nuko batangura kuduza nya efa hagati y’isi n’ijuru.
-