Abacamanza 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni ho ibinono vy’amafarasi vyadidagura hasi+Kubera ukwirasa kw’amafarasi yiwe y’ingabo. Zaburi 32:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntimwigire nk’ifarasi canke inyumpu bitagira ubwenge+,Bimwe amanyama yavyo abwirizwa kugundishwa imijiginya canke ibiziriko+Muko biheza bikakwegera+.” Yeremiya 47:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ba se nibumva ukudida ibinono kw’amafarasi yiwe y’ingabo+, ukujegera kw’imikogote yiwe y’intambara+, uruyogoyogo rw’amakurudumu yiwe+, ntibazokebuka ngo barabe abahungu babo, kuko amaboko yabo azoregera, Habakuki 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amafarasi yaryo anyaruka kurusha ingwe, kandi arakaze kurusha amabingira yo ku mugoroba+. Amafarasi yaryo y’imbangutsi yadidaguye ibinono hasi, kandi amafarasi yaryo y’imbangutsi ava kure. Aguruka nk’inkona yihutira kurya ikintu+.
9 Ntimwigire nk’ifarasi canke inyumpu bitagira ubwenge+,Bimwe amanyama yavyo abwirizwa kugundishwa imijiginya canke ibiziriko+Muko biheza bikakwegera+.”
3 Ba se nibumva ukudida ibinono kw’amafarasi yiwe y’ingabo+, ukujegera kw’imikogote yiwe y’intambara+, uruyogoyogo rw’amakurudumu yiwe+, ntibazokebuka ngo barabe abahungu babo, kuko amaboko yabo azoregera,
8 Amafarasi yaryo anyaruka kurusha ingwe, kandi arakaze kurusha amabingira yo ku mugoroba+. Amafarasi yaryo y’imbangutsi yadidaguye ibinono hasi, kandi amafarasi yaryo y’imbangutsi ava kure. Aguruka nk’inkona yihutira kurya ikintu+.