ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 13:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Ariko, jeho nobwira Mushoboravyose ubwiwe+,

      Kandi nohimbarwa no guharira n’Imana.

  • Yobu 23:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Noshikirije urubanza imbere yayo,

      N’akanwa kanje nokujuje ivyiyumviro bibeshuza;

  • Yobu 31:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Ese iyaba nari mfise uwunyumviriza+,

      Mushoboravyose akanyishura+ yisunze igikumu canje!

      Canke uwo dufitaniye imburano akaba yanditse urwandiko!

  • Abaroma 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Wombwira rero uti: “Ni kubera iki ibandanya gutora amahinyu? Kuko ni nde ahangara ukugomba kwayo gutomoye+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika