Yesaya 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Niwinjire mu gitandara, winyegeze mu mukungugu kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, uhunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+. Yesaya 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubwabo bazoduza ijwi, bihe akamo k’umunezero. Mu bukuru bwa Yehova, bazokwaniriza koko akamo kuva ku kiyaga+.
10 Niwinjire mu gitandara, winyegeze mu mukungugu kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, uhunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+.
14 Ubwabo bazoduza ijwi, bihe akamo k’umunezero. Mu bukuru bwa Yehova, bazokwaniriza koko akamo kuva ku kiyaga+.