Itanguriro 45:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imana rero yandungitse imbere yanyu kugira ndabashirireho amasigarira+ mw’isi, no kugira ntume mubandanya kubaho mu kubarokora mu buryo buhambaye.
7 Imana rero yandungitse imbere yanyu kugira ndabashirireho amasigarira+ mw’isi, no kugira ntume mubandanya kubaho mu kubarokora mu buryo buhambaye.