Yobu 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba! Nka kurya kw’imparage+ mu gahinga,Bagiye ku gikorwa cabo, barondera ibifungurwa.Ikiyaya c’ubugaragwa giha umwe wese umukate w’abana. Yeremiya 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Imparage+ zahagaze ku mirambi igaragara; zamotēreye umuyaga nk’imbwebwe; amaso yazo yayamye kubera ata bimera biriho+.
5 Raba! Nka kurya kw’imparage+ mu gahinga,Bagiye ku gikorwa cabo, barondera ibifungurwa.Ikiyaya c’ubugaragwa giha umwe wese umukate w’abana.
6 Imparage+ zahagaze ku mirambi igaragara; zamotēreye umuyaga nk’imbwebwe; amaso yazo yayamye kubera ata bimera biriho+.