Yobu 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abasabeya+ baca baraza bagaba igitero barazitwara, abasuku na bo babicisha ubugi bw’inkota. Ni je ndokotse, jewe jenyene gusa, ngo ndabikumenyeshe+.”
15 Abasabeya+ baca baraza bagaba igitero barazitwara, abasuku na bo babicisha ubugi bw’inkota. Ni je ndokotse, jewe jenyene gusa, ngo ndabikumenyeshe+.”