Yobu 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yobu atora urujo rwo kwikwaraguza; kandi yari yicaye mu minyota+. Yobu 30:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mw’ijoro amagufa+ yanje aratobagurwa, akamvako agatibukira hasi;Ububabare bunkegeta ntiburuhuka na gatoyi+.
17 Mw’ijoro amagufa+ yanje aratobagurwa, akamvako agatibukira hasi;Ububabare bunkegeta ntiburuhuka na gatoyi+.