11 Kandi jewe ubwanje narahindukiye ndaba ibikorwa vyanje vyose amaboko yanje yari yarakoze, nongera ndaba igikorwa c’ubutame nari narakoze ngatama ngo ndakirangure+, nsanga vyose vyari ubusa n’ukwiyahagura ukurikira umuyaga+, kandi nta kintu c’akarusho cariho munsi y’izuba+.