Yobu 42:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova amaze kubwira Yobu ayo majambo, Yehova abwira Elifazi Umutemani ati:“Ishavu ryanje rirakururumbiye wewe na bagenzawe babiri+, kuko mutamvuzeko ivy’ukuri+ nk’uko umusavyi wanje Yobu yagize. Zaburi 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ababisha+ bazosubira mu kuzimu+,Mbere n’amahanga yose yibagira Imana+.
7 Yehova amaze kubwira Yobu ayo majambo, Yehova abwira Elifazi Umutemani ati:“Ishavu ryanje rirakururumbiye wewe na bagenzawe babiri+, kuko mutamvuzeko ivy’ukuri+ nk’uko umusavyi wanje Yobu yagize.