Itanguriro 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aka ni ko kahise ka Nowa. Nowa yari umuntu w’umugororotsi+. Yarerekana ko atagira amahinyu mu bo mu gihe ciwe. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+. Zaburi 37:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Itegereze uwutagirako umugayo, ugume uraba uwugororotse+,Kuko kazoza k’uyo muntu kazorangwa n’amahoro+. Yohani 1:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Yezu abona Natanayeli aza amugana, avuga ku bimwerekeye ati: “Raba, Umwisirayeli vy’ukuri, atarimwo ubuhendanyi+.”
9 Aka ni ko kahise ka Nowa. Nowa yari umuntu w’umugororotsi+. Yarerekana ko atagira amahinyu mu bo mu gihe ciwe. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+.
37 Itegereze uwutagirako umugayo, ugume uraba uwugororotse+,Kuko kazoza k’uyo muntu kazorangwa n’amahoro+.
47 Yezu abona Natanayeli aza amugana, avuga ku bimwerekeye ati: “Raba, Umwisirayeli vy’ukuri, atarimwo ubuhendanyi+.”