Yobu 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Imisi yanje inyaruka+ kurusha akajishisho k’umujishi,Kandi irangiye mu mwiheburo+. Zaburi 90:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imisi y’imyaka yacu ni imyaka mirongo irindwi+;Kandi naho yoba imyaka mirongo umunani bivuye ku nkomezi zidasanzwe+,Nubundi ibiyiranga ni ivyago n’ibibi gusa+;Kuko ihita ningoga, natwe tukaba tugurutse+. Yakobo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.
10 Imisi y’imyaka yacu ni imyaka mirongo irindwi+;Kandi naho yoba imyaka mirongo umunani bivuye ku nkomezi zidasanzwe+,Nubundi ibiyiranga ni ivyago n’ibibi gusa+;Kuko ihita ningoga, natwe tukaba tugurutse+.
14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.