Itanguriro 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aka ni ko kahise ka Nowa. Nowa yari umuntu w’umugororotsi+. Yarerekana ko atagira amahinyu mu bo mu gihe ciwe. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+. 2 Abami 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.
9 Aka ni ko kahise ka Nowa. Nowa yari umuntu w’umugororotsi+. Yarerekana ko atagira amahinyu mu bo mu gihe ciwe. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+.
3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.