ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 “‘Imbere y’umuntu w’imvi uze uhaguruke+, kandi uze wubahirize umuntu w’umutama+, kandi utegerezwa gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova.

  • Yobu 32:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Navuze nti: ‘Imisi ni yo ikwiye kuvuga,

      Kandi imyaka indiri ni yo ikwiye kumenyesha ubukerebutsi+.’

  • Imigani 16:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Imvi ku mutwe ni urugori rw’ubwiza+ iyo ruboneka mu nzira y’ubugororotsi+.

  • Imigani 20:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ubwiza bw’imisore ni inkomezi zayo+, kandi ubwiza bwakaka bw’abatama ni imvi ku mutwe wabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika