1 Abami 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Na yo iti: ‘Ndasohoka, maze ncike koko impwemu ihendana mu kanwa k’abahanuzi+ biwe bose.’ Avuga rero ati: ‘Uraza kumuhenda; n’ikindi kandi, uratahukana intsinzi+. Sohoka ugire gutyo+.’
22 Na yo iti: ‘Ndasohoka, maze ncike koko impwemu ihendana mu kanwa k’abahanuzi+ biwe bose.’ Avuga rero ati: ‘Uraza kumuhenda; n’ikindi kandi, uratahukana intsinzi+. Sohoka ugire gutyo+.’