Zaburi 82:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Muzogeza ryari kuguma muca imanza mu karenganyo+No kugira nkunzi ku babisha+? Sela. Yakobo 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo nimba mubandanya kugira nkunzi+, muriko mukora igicumuro, kuko mukangirwa n’itegeko+ nk’abarenga itegeko.
9 Mugabo nimba mubandanya kugira nkunzi+, muriko mukora igicumuro, kuko mukangirwa n’itegeko+ nk’abarenga itegeko.