Ezira 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nkimara kwumva ico kintu, nca ntantamura impuzu yanje+ n’umwitero wanje utagira amaboko, ntangura gushikura umushatsi wo ku mutwe wanje+ n’ubwanwa bwanje, nguma nicaye njumarariwe+. Mika 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Niwitobore ubuhanza, wimoshe umushatsi kubera abana bawe baguhimbara cane+. Niwagure ubuhanza bwawe bube nk’ubw’inkona, kuko bagiye mu bunyagano kure yawe+.”
3 Nkimara kwumva ico kintu, nca ntantamura impuzu yanje+ n’umwitero wanje utagira amaboko, ntangura gushikura umushatsi wo ku mutwe wanje+ n’ubwanwa bwanje, nguma nicaye njumarariwe+.
16 Niwitobore ubuhanza, wimoshe umushatsi kubera abana bawe baguhimbara cane+. Niwagure ubuhanza bwawe bube nk’ubw’inkona, kuko bagiye mu bunyagano kure yawe+.”