Yobu 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ingoga ziwe zicwa n’ikigoyi.Icago+ na co kigabirije gutuma acumbagira. Yesaya 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi azoraba kw’isi, asange, yewe ga yee! ni amarushwa n’umwiza+, umukorane, ibihe bigoye n’umuzimagiza ata kwakaka namba+. Yuda 13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ni imipfunda y’ikiyaga isaragurika, ibimba ifuro ry’ibibatera kumaramara+ ubwabo; ni inyenyeri zitagira inzira yashinzwe, izibikiwe ibihe vyose umwiza w’umuzimagiza+.
22 Kandi azoraba kw’isi, asange, yewe ga yee! ni amarushwa n’umwiza+, umukorane, ibihe bigoye n’umuzimagiza ata kwakaka namba+.
13 ni imipfunda y’ikiyaga isaragurika, ibimba ifuro ry’ibibatera kumaramara+ ubwabo; ni inyenyeri zitagira inzira yashinzwe, izibikiwe ibihe vyose umwiza w’umuzimagiza+.