Matayo 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ibintu vyose rero mushaka ko abantu babagirira+, namwe nyene mutegerezwa kubibagirira; nkako, ico ni co Itegeko n’Abahanuzi bisobanura+. Abaroma 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Munezeranwe n’abanezerewe+; murirane n’abarira. 1 Petero 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubwa nyuma, mwese muhuze umuzirikanyi+, mugire impuhwe, mwiyumvemwo abavukanyi, mugire impuhwe z’ikibabarwe+, mwicishe bugufi mu muzirikanyi+,
12 “Ibintu vyose rero mushaka ko abantu babagirira+, namwe nyene mutegerezwa kubibagirira; nkako, ico ni co Itegeko n’Abahanuzi bisobanura+.
8 Ubwa nyuma, mwese muhuze umuzirikanyi+, mugire impuhwe, mwiyumvemwo abavukanyi, mugire impuhwe z’ikibabarwe+, mwicishe bugufi mu muzirikanyi+,