Yobu 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ehe! Warakosoye benshi+,Kandi amaboko agoyagoya wahora uyakomeza+. Imigani 27:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amavuta n’imibavu*+ ni vyo binezereza umutima, n’ubusose bw’umugenzi w’umuntu ni ko bumera kubera impanuro yo mu mutima+. Abagalatiya 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bene wacu, naho umuntu yotirimuka+ imbere y’uko abimenya, mwebwe abafise kamere zisabwa zo mu vy’impwemu+ mugerageze kubogora umuntu mwene uwo n’umutima w’ubwitonzi+, kandi na wewe ubwawe wigumizeko ijisho+, kugira ngo nawe ntuhave ugeragezwa+.
9 Amavuta n’imibavu*+ ni vyo binezereza umutima, n’ubusose bw’umugenzi w’umuntu ni ko bumera kubera impanuro yo mu mutima+.
6 Bene wacu, naho umuntu yotirimuka+ imbere y’uko abimenya, mwebwe abafise kamere zisabwa zo mu vy’impwemu+ mugerageze kubogora umuntu mwene uwo n’umutima w’ubwitonzi+, kandi na wewe ubwawe wigumizeko ijisho+, kugira ngo nawe ntuhave ugeragezwa+.