Itanguriro 24:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko nya mugabo arunama, akubita inkoro hasi imbere ya Yehova+, Kuvayo 34:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Musa aca anyaruka kwunama ashika hasi, akubita inkoro hasi+. Nehemiya 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hanyuma bahagarara mu kibanza cabo+, bamara ica kane c’umusi basoma n’ijwi ryumvikana mu gitabu c’itegeko+ rya Yehova Imana yabo+; bamara n’ica kane c’umusi batura ivyaha+ vyabo bongera bunamira Yehova Imana yabo+.
3 Hanyuma bahagarara mu kibanza cabo+, bamara ica kane c’umusi basoma n’ijwi ryumvikana mu gitabu c’itegeko+ rya Yehova Imana yabo+; bamara n’ica kane c’umusi batura ivyaha+ vyabo bongera bunamira Yehova Imana yabo+.