ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 21:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ahabu akimara kwumva ayo majambo, atantamura impuzu ziwe yongera ashira igunira+ ku mubiri wiwe; atangura kwisonzesha, aguma aryama mw’igunira kandi agenda yiraburaniwe+.

  • 2 Abami 6:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Umwami akimara kwumva amajambo ya nya mugore, aca atantamura+ impuzu ziwe; hanyuma ariko ararengana ku ruhome, abantu barabibona, maze ehe, igunira* ryari munsi y’impuzu ziwe, ku mubiri wiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika