Itanguriro 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+. Zaburi 72:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubuzima bwabo azobucungura abukize agahahazo n’ubukazi,Kandi amaraso yabo azoba ay’agaciro mu maso yiwe+.
10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+.
14 Ubuzima bwabo azobucungura abukize agahahazo n’ubukazi,Kandi amaraso yabo azoba ay’agaciro mu maso yiwe+.