ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Igicu kirarangira koko kigatumuka;

      Ni ko n’uwumanuka mu kuzimu* atazoduga+.

  • Yobu 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ariko umuntu w’umugabo arapfa, akarambarara yatsinzwe;

      Umuntu yakuwe mw’ivu aracikana, kandi ari hehe+?

  • Umusiguzi 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Vyongeye, baratinye ikiri hejuru, kandi hari ibica ivutu mu nzira. Igiti ca shakedi kirashurika+, igihori na co kikikwega, agapiripiri kagaturika, kuko umuntu ariko aja ku nzu yiwe y’igihe kirekire+, ababorozi na bo bakagendagenda mw’ibarabara+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika