Umusiguzi 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Vyongeye, baratinye ikiri hejuru, kandi hari ibica ivutu mu nzira. Igiti ca shakedi kirashurika+, igihori na co kikikwega, agapiripiri kagaturika, kuko umuntu ariko aja ku nzu yiwe y’igihe kirekire+, ababorozi na bo bakagendagenda mw’ibarabara+; Umusiguzi 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze umukungugu usubira mw’ivu+ nk’uko wari, impwemu+ na yo igasubira ku Mana y’ukuri+ yayitanze+.
5 Vyongeye, baratinye ikiri hejuru, kandi hari ibica ivutu mu nzira. Igiti ca shakedi kirashurika+, igihori na co kikikwega, agapiripiri kagaturika, kuko umuntu ariko aja ku nzu yiwe y’igihe kirekire+, ababorozi na bo bakagendagenda mw’ibarabara+;