Zaburi 73:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi nari nabaye imburabwenge, sinamenya+;Nari nacitse nk’ibikoko bukoko kuri wewe+. 2 Petero 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo abo bantu, cokimwe n’ibikoko bitiyumvira vyavukiye gufatwa no kwicwa, muri nya bintu batazi kandi batuka+, bazoshikirwa mbere n’agatikizo mu ngendo yabo bwite y’ugutikizwa,
12 Mugabo abo bantu, cokimwe n’ibikoko bitiyumvira vyavukiye gufatwa no kwicwa, muri nya bintu batazi kandi batuka+, bazoshikirwa mbere n’agatikizo mu ngendo yabo bwite y’ugutikizwa,