1 Abatesalonika 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mwirinde ubwoko bwose bw’ububisha+. 1 Petero 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 mugabo nahindukire areke ikibi+ akore iciza; narondere amahoro ayakurikirane+.