Zaburi 31:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuri abo bose banyanka+, nsigaye ndi iceyi+,Ku babanyi banje na ho birarushiriza+,Nsigara ndi agacavutu ku bo twari tuzinanyi+.Bambonye hanze, barampunga+. Zaburi 38:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo abankunda be n’abagenzi banje, baguma bihagarariye kure y’icago canje+,Abagenzi banje ba hafi na bo bihagarariye nka hariya+. Zaburi 69:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nsigaye ninubwa na bene wacu+,Nkaba n’umunyamahanga kuri bene mama+.
11 Kuri abo bose banyanka+, nsigaye ndi iceyi+,Ku babanyi banje na ho birarushiriza+,Nsigara ndi agacavutu ku bo twari tuzinanyi+.Bambonye hanze, barampunga+.
11 Nayo abankunda be n’abagenzi banje, baguma bihagarariye kure y’icago canje+,Abagenzi banje ba hafi na bo bihagarariye nka hariya+.