Yobu 27:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uyo ni wo muturi umuntu w’umubisha ahabwa n’Imana+;Kandi intoranwa y’intwazamukazo zizoyihabwa na Mushoboravyose ubwiwe. Yobu 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mbega ntihari ivyago ku nkozi y’ikibi+,N’amagorwa ku bakora ibintu bibabaza? Imigani 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ukwibukwa kw’umugororotsi kuvamwo umuhezagiro+, ariko izina ry’ababisha rizobora+.
13 Uyo ni wo muturi umuntu w’umubisha ahabwa n’Imana+;Kandi intoranwa y’intwazamukazo zizoyihabwa na Mushoboravyose ubwiwe.