Yesaya 40:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ni nde bagiye inama ngo hagire uwumufasha gutegera, canke ni nde amwigisha umunyuro w’ubutungane, canke amwigisha ubumenyi+, canke amumenyesha inzira y’ugutegera nyakuri+? Abaroma 11:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kuko “ni nde yamenye umuzirikanyi wa Yehova+, canke ni nde yabaye umujanama wiwe+?” 1 Abakorinto 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko, “ni nde yamenye umuzirikanyi wa Yehova+, ngo amwigishe+?” Mugabo twebwe turafise umuzirikanyi+ wa Kristu.
14 Ni nde bagiye inama ngo hagire uwumufasha gutegera, canke ni nde amwigisha umunyuro w’ubutungane, canke amwigisha ubumenyi+, canke amumenyesha inzira y’ugutegera nyakuri+?
16 Kuko, “ni nde yamenye umuzirikanyi wa Yehova+, ngo amwigishe+?” Mugabo twebwe turafise umuzirikanyi+ wa Kristu.