Zaburi 116:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nzoshitsa indagano zanje kuri Yehova+,Egome, imbere y’abantu biwe bose. Umusiguzi 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+.
4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+.