Abalewi 11:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 n’ikinyamwanira gitukura n’ikinyamwanira cirabura+ hisunzwe ubwoko bwavyo, Gusubira mu vyagezwe 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 n’ikinyamwanira gitukura, n’ikinyamwanira cirabura+, n’ikibakabaka hisunzwe ubwoko bwavyo;