Zaburi 49:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nta n’umwe muri bo ashobora na gato gucungura mwene wabo+,Canke ngo amutangire incungu* ku Mana; Imigani 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni ubw’agaciro kuruta amabuye y’agaciro yitwa korali+, mbere n’ibindi bintu vyawe vyose bihimbaye ntivyonganishwa na bwo.
15 Ni ubw’agaciro kuruta amabuye y’agaciro yitwa korali+, mbere n’ibindi bintu vyawe vyose bihimbaye ntivyonganishwa na bwo.