Yobu 28:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko ubukerebutsi ga yemwe, umuntu yobusanga hehe+?Ahantu ugutegera kuba ni hehe? Yakobo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+.
5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+.