Imigani 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntube inkerebutsi mu maso yawe bwite+. Tinya Yehova, uce kure ikibi+. 1 Petero 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 mugabo nahindukire areke ikibi+ akore iciza; narondere amahoro ayakurikirane+.