1 Samweli 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ndakwinginze, umukama wanje ntashire umutima kuri uwo mugabo w’imburakimazi+ Nabali, kuko nk’uko izina ryiwe riri, ari ko ari. Nabali* ni ryo zina ryiwe, nta bwenge agira+. Nayo jewe umushumbakazi wawe, sinabonye imisore y’umukama wanje watumye. Yesaya 32:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kuko umuntu w’imburabwenge azovuga gusa ibitagiramwo ubwenge+, kandi umutima wiwe uzokora ibintu bibabaza+, ku bwo gukora ivy’ubuhuni+ no kuvuga kuri Yehova ibigoramye, ku bwo gutuma inda y’uwushonje isigara igaragara+; kandi atuma n’uwunyotewe abura ico anywa.
25 Ndakwinginze, umukama wanje ntashire umutima kuri uwo mugabo w’imburakimazi+ Nabali, kuko nk’uko izina ryiwe riri, ari ko ari. Nabali* ni ryo zina ryiwe, nta bwenge agira+. Nayo jewe umushumbakazi wawe, sinabonye imisore y’umukama wanje watumye.
6 kuko umuntu w’imburabwenge azovuga gusa ibitagiramwo ubwenge+, kandi umutima wiwe uzokora ibintu bibabaza+, ku bwo gukora ivy’ubuhuni+ no kuvuga kuri Yehova ibigoramye, ku bwo gutuma inda y’uwushonje isigara igaragara+; kandi atuma n’uwunyotewe abura ico anywa.