Gusubira mu vyagezwe 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana. Imigani 28:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwuha ntahonikora nta bukene azogira+, mugabo uwunyegeza amaso yiwe azoronka imivumo myinshi+.
18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana.