Ezekiyeli 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 akaba ata muntu yafata nabi+, agasubiza ingwati yafashe kubera umwenda afitiwe+, ntihagire ico anyaga ku bwambuzi+, umukate wiwe akawuha uwushonje+, akambika impuzu uwuri gusa+, Yakobo 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+. 1 Yohani 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo uwo wese afise uburyo bwo kwibeshaho bwo muri iyi si+ akabona mwene wabo ari mu mukeno+ yamara akamwugarirako impuhwe ziwe z’ikibabarwe+, mbega urukundo rw’Imana ruguma muri we gute+?
7 akaba ata muntu yafata nabi+, agasubiza ingwati yafashe kubera umwenda afitiwe+, ntihagire ico anyaga ku bwambuzi+, umukate wiwe akawuha uwushonje+, akambika impuzu uwuri gusa+,
27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.
17 Mugabo uwo wese afise uburyo bwo kwibeshaho bwo muri iyi si+ akabona mwene wabo ari mu mukeno+ yamara akamwugarirako impuhwe ziwe z’ikibabarwe+, mbega urukundo rw’Imana ruguma muri we gute+?