Matayo 5:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ariko jewe ndababwiye nti: Mubandanye gukunda abansi banyu+ no gusabira ababahama+; Abaroma 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugume muhezagira ababahama+; muhezagire+, ntimuvume+.