Matayo 23:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo mwebwe, ntimukitwe Rabi, kuko umwigisha wanyu ari umwe+, nayo mwebwe mwese muri abavukana. Luka 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yezu amubwira ati: “Unyitira iki mwiza? Nta n’umwe ari mwiza, atari umwe, na we ni Imana+.