Yobu 29:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Narambara ubugororotsi, na bwo bukanyambika+.Ubutungane bwanje bwari bumeze nk’umwitero utagira amaboko, mbere nk’igitambara co mu mutwe. Yobu 33:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ‘Ndatyoroye, nta kigabitanyo ngira+;Ndera, nta kosa mfise+.
14 Narambara ubugororotsi, na bwo bukanyambika+.Ubutungane bwanje bwari bumeze nk’umwitero utagira amaboko, mbere nk’igitambara co mu mutwe.