Imigani 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 mwananje, ntujane mu nzira na bo+. Buza ikirenge cawe ibarabara ryabo+. Imigani 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ntiwinjire mu munyuro w’ababisha+, kandi ntugende indamvu uja mu nzira y’ababi+.