Guharura 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nya gicu kiva hejuru y’ihema, kandi ehe Miriyamu yari yatejwe imibembe yera derere*+. Maze Aroni ahindukira kuraba Miriyamu, kandi ehe, yari yatejwe imibembe+.
10 Nya gicu kiva hejuru y’ihema, kandi ehe Miriyamu yari yatejwe imibembe yera derere*+. Maze Aroni ahindukira kuraba Miriyamu, kandi ehe, yari yatejwe imibembe+.