Imigani 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubupfu bw’umuntu yakuwe mw’ivu ni bwo bugoramika inzira yiwe+, hanyuma umutima wiwe ugashangashirirwa Yehova+. Abagalatiya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntimuzimire+: Imana ntihemwa+. Kuko ico umuntu abiba cose ari co nyene azokwimbura+;
3 Ubupfu bw’umuntu yakuwe mw’ivu ni bwo bugoramika inzira yiwe+, hanyuma umutima wiwe ugashangashirirwa Yehova+.