Ezekiyeli 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nta na kimwe mu bicumuro yacumuye kizokwibukwa ngo agihorwe+. Ubutungane n’ubugororotsi ni vyo yashishikaye. Ntazobura kubandanya kubaho+.’
16 Nta na kimwe mu bicumuro yacumuye kizokwibukwa ngo agihorwe+. Ubutungane n’ubugororotsi ni vyo yashishikaye. Ntazobura kubandanya kubaho+.’